Home ENTERTAINMENT Bishasha vy’umuririmvyi Wiz Designer “Oooh Nana”

Bishasha vy’umuririmvyi Wiz Designer “Oooh Nana”

204
0

Umuririmvyi Wiz Designer ataraherutse gusohora indirimbo ari wenyene ngo vuba agiye gushira kumugaragaro indirimbo shasha izoza ifise izina “Oooh Nana“, Wiz Designer amaze imisi agaragara mundirimbo afashije abandi baririmvyi nka Alvin Smith kundirimbo “Tokyo Girl” indirimbo itara sohoka official Video ariko vyagaragaye ko yakunzwe nabakunzi bumuziki y’uburundi, Wiz Designer ndetse yagaragaye mundirimbo “Pause” y’umuririmvyi Mo’S B avuka mugihugu ca Congo indirimbo imaze ukwezi gusa kurenga igiye kumugaragaro.

Mukiganiro yakoranye na zabuja.com, Wiz Designer yasevye abakunzi biwe kumushigikira no kwakirana ugweze iyondirimbo shasha mbere yerekana ko izoja kumugaragaro ejo igenekerezo rwa 03 Nyakanga 2021 isahaa zibiri zigitondo.

Wiz Designer ati : Muri Bwabumwe kwari kubamenyesha yuko ejo isaha zibiri mugitondo indirimbo yanje shahsa “oooh Nana” izoba iri kuri chanel ya YouTube yanje ndabasabe mushigikire.

Umurirmvyi Wiz Designer 

10680cookie-checkBishasha vy’umuririmvyi Wiz Designer “Oooh Nana”
Previous articleVIDEO SHASHA | MB Data ft Olga & Noria – Timbirako | Download
Next articleVIDEO SHASHA | Dj Lewus ft Big Fizzo – Fata | Download

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here