Home AMAKURU Fanny Lavina Asaba Abarundi Gushigikira Amareresi Ndundi

Fanny Lavina Asaba Abarundi Gushigikira Amareresi Ndundi

0
589

Umukinyi w’amarersi  akomeye mugihugu c’uburundi Fanny Lavina abandanya urugendo arimwo mugihugu kibanyi c’urwanda, urugendo yatanguye kwigenekerezo rwa 03 Gitugutu 2021 muntumbero yo cokumenyekenisha ibikogwa vyiwe nogukorana nabakinyi b’amareresi bomurico gihugu ahu barimurukwirikirane gwireresi GATARINA aho igeze kuri episode 10 aho biriko biragaraganeza yuko abarundi bariko barashigikira igworeresi cane gusumba n’abanyarwanda.

Mukiganiro Fanny Lavina yakoranye na zabuja.com yamenyesheje ko ababazwa nukubona abarundi bashigikira amareresi yabanyarwanda gusumba yomuhira mu Burundi nkuko biriko bira garagara muma commentaire yiyo reresi Gatarina kuri chanel ya youtube Assia Films ari ama commentaire meshi niy’abarundi ariko agatangazwa nukubona kuma film yiwe badashirako ama commentaire kuri chanel yiwe 3fa films , agasaba abarundi gukunda ivyacuno kubitezimbere.

Fanny Lavina na n’umukinyi w’amareresi mugihugu c’urwanda Yaka Mwana 

Crown Rema awakosowa vikali warundi kuto kupenda Buja Fleva

https://www.youtube.com/watch?v=XTuYv5CGUHg&t=5s

 

 

14210cookie-checkFanny Lavina Asaba Abarundi Gushigikira Amareresi Ndundi

NO COMMENTS

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here