Amahirwe ni menshi kubona muririci Girumugisha Jean Claude avuye muri Al Hilal, impamvu nuko unomukinyi ahaye aronderwa n’imirwi myinshi.
Umurwi uri kwisonga ni Yanga Africans yo muri Tanzania, iyindi ni CR Belouzdad ikinira muri Algeria yo yanabitanguye guhera mukwambere kumurondera.Â
Ubu igisigaye nuko Girumugisha Jean Claude uwo mukinyi wa kera wa Magara Young Boys na Vital’O afata ingingo kuri kazoza kiwe.
1500100cookie-checkUmukinyi Jean Claude Girumugisha Bururi agiye gukina mwihiganwa rikomeye