1. Abdoul Latif Mugisha umusatirizi yavuye mu mugwi wa Inter Star akaba yarigeze no gukinira umugwi wa Rukinzo FC.
2. Sadiki Faray umusatiziri aca k’uruhande yavuye mu mugwi wa Muzinga FC uheruka kuduga mu cicaro cambere, yarigeze gukinira umugwi wa Vital’o FC.
3. Djuma Nzeyimana umukinyi w’inyuma yavuye mu mugwi wa Rukinzo FC.
4. Ramadhan Omar n’umunyegori yavuye mu mugwi wa Olympic Star, ninawe yari kizigenza (Captain) wuyo mugwi.
- Umugwi wa Aigle Noir niwo uzoserukira igihugu c’Uburundi mu nkino za CAF Champions league kumugabane wa Afrika.
1499510cookie-checkAigle Noir ikina icicaro cambere Burundi yaraye iguze abakinyi bane.