Iyi ni Final iza kubera mugihugu c’ubudagi isaha zitatu kukibuga c’umurwi wa Bayern Munich Allianze Arrena , iza guhuza imirwi ibiri yo mubihigu vy’ubufaransa n’ubitariyano, Paris Saint Germain na Inter Miami
Iyi ni Final iza gukinwa kuncuro ya 70 ikaba igiye guhuza imirwi 2 umwe wa Paris Saint Germain ntagikombe ca Champions league uratahukana uwundi ni Inter Milan umaze gutahukana kino gikombe incuro 3
21h00′ PSG 🇫🇷 VS INTER MILAN 🇮🇹
Paris Germain igiye gukina final ya 2 muri Champions league, nayo Inter Milan igiye gukina final ya 6
1499100cookie-checkUnomusi niho hategekanijwe urukino rwanyuma mugikombe ca buraya Champions league.