Home INKINO Trent Alexander Arnold agiye gukina muri Real Madrid ikiringo c’imyaka itandatu.

Trent Alexander Arnold agiye gukina muri Real Madrid ikiringo c’imyaka itandatu.

22
0

Real Madrid yemeye kuriha miriyoni 10€ muri Liverpool kugira ironke Trent Alexander Arnold nubwo azosozera amasezerano afitaniye na Liva igenekerezo rya 30 ukwezi 6 ahubwo Real Madrid yagomvye ko izokoresha Trent mugikombe c’isi gihuza imirwi cimirije kwigenekerezo rya 15.

Ubu Trent Alexander Arnold n’umukinyi wa Real Madrid ikiringo c’imyaka 6 akaba azobakinira gushika mumwaka wa 2031.

Uyu n’umukinyi agira 2 Real Madrid itangaje hamwe n’umumenyereza .

149680cookie-checkTrent Alexander Arnold agiye gukina muri Real Madrid ikiringo c’imyaka itandatu.
Previous articleBets Io Casino 50 Free Spins
Next articleNew Video : G-Rapper ft Metou Brown – Usinage