Yitwa Clement Mzize asanzwe akina nk’umusatirizi kubiharuro 9 m’umurwi wa Young Africans mugihugu ca Tanzania, uno mukinyi agiye kuja mugihugu ca Egiputa m’umurwi wa El Zamerek Kandi ibiganiro biramaze kurangira ibisabwa kugira Clement agende.
El Zamalek igiye kuriha ibihumbi 750$ vyama Dollars muri Young.
Unomukinyi Clement Mzize azoba agira kabiri asohotse muri Young inyuma ya Stephan Azizi Ki aherutse kuva muruwo murwi akaja muri Maroc m’umurwi wa Wydad Casablanca 🇲🇦, hari n’amakuru ava m’umurwi wa Yanga avuga ko na Pacome zouzoua umukinyi wo hagati ashobora kuba nawe agiye gusohoka, Yanga iriko iratakaza abakinyi bayo ngenderwako, igiye kwitwara gute mukugura abandi kw’isoko!!
798900cookie-checkUmurwi wa Young Africans ugiye gutandukana n’uwundi mukinyi