Home INKINO
7
0

Murukino rwanyuma mugikombe c’itiriwe umukuru w’igihugu c’uburundi urukino rwariko ruhuza imirwi yose yo muntara ya Gitega ariyo Flambeau Du Centre na Musongati, Flambeau Du Centre ihejeje gutsinda igitsindo 1-0 umurwi wa Musongati.

FT: Musongati 0-1 Flambeau Du

âš½ Faustin Kitoko 75′

Umurwi wa Flambeau Du Centre inyuma y’incuro 3 bashika muri final ariko bikama birangira batsinzwe, unomusi batahukanye igikombe c’itiriwe umukuru w’igihugu c’uburundi , Flambeau izoca iserukira uburundi munkino za CAF Confederation CUP kumugabane wa Africa.

79270cookie-check
Previous articleIgisabo c’umugwi Revival Sound ku Barundi bakunda Gospel
Next articleLaliga ihejeje gusozera kuruhande rw’umurwi wa Real Madrid