Mu gushikuza no gutwenga canke gukekeza umurimvyi Big Fizzo yashize ifoto y´umuririmvyi mugenziwe Lolilo kuruhome rw´imbuga ziwe ashirako amajambo akunzwe gukoresha n´abakiri bato asa nayari mundirimbo ya Yooo.”Uwambitse lolilo nomufata no yoooo.
Mukigaragarako asa nuwutishimiye style yuwo muririmvyi.
Fizzo Ntiyagarukirije aho yagize ati “Nkeka zirimwo climatiseur kuri bwa bushuhe buri muri Eden. Iyo Eden avuga ni Uburundi.
Aba star barakunze kuvuga canke guresha amasanamu yabagenzi babo kugira base nabagarukana kurubuga mugihe batakigaragara neza ico bita promotion.
Muriki gihe Lolilo bigeze kuba ari soma mbike na Big Fizzo mumunsi yabo yambere y´umuziki akaba atariko aragaragara kurubuga rw´umuziki ndundi.
774330cookie-checkndundi: Inyambaro ya Lolilo yoba itabereye Big Fizzo