K’umusi wokwongereza amasezerano n’umurwi wa FC Barcelona , Myugariro Ronald Araujo yafashe icemezo gikomeye cogusaba kubana ,Umwigeme bari bamaze igihe kinini bakundana yitwa : Abigail Olivera
Ni Ronald Araujo agiye kubandaniriza akazi mumurwi wa FC Barcelona gushika muri 2031 , ariko kandi akaba yanafashe icemezo gikomeye cogushinga urugo rwiwe.
773100cookie-checkRonald Araujo wa FC Barcelona atera ivi kumwigeme Abigail Olivera