Home NEWS Rumonge: Mbe ubukene bw’igitoro bwoba bugiye gutuma abantu bibagira agafi?

Rumonge: Mbe ubukene bw’igitoro bwoba bugiye gutuma abantu bibagira agafi?

454
0

Iconikibazo Ushobora kwibaza ushitse kukivuko c’uburovyi kiri mugisagara ca Rumonge. 

Ikigaragara nuko ibice birenga 90% vy’amato butaja kurondera amafi mukiyaga.

Bamwe mubaronyi bavugako biva kwibura ry’igitoro, bakamenyeshako bamwe muribo bamaze gusubira mumiryango yabo.
Ariko abandi wamenyeshako bahisemwo senge ngaho huko ataburyo bari bafise bwo gusubira iwabo.

Kuba hari igice kinini c’ubwato butaja kuroba biramaze kugira ingaruka zitarinto ku
biciro vy’amafi ku masoko atandukanya vyaduze kurugero runini.

N’ibimbanza bimwe vyo mugisagara ca Rumonge vyahora bikora urudandazwa rwa mafi yokeje yo mubwoko bw’imikeke bitagikora neza.

Haruhande y’ukwo izo fi zitakiboneka neza bivanye nukwo uburovyi butariko bugenda neza , ngo n’ingenzi ziva mumihongo itandukana zahora zihereza amafi ntizikirwiriye kubera ubukene bw’igitoro. 

75790cookie-checkRumonge: Mbe ubukene bw’igitoro bwoba bugiye gutuma abantu bibagira agafi?
Previous articleDavido Agiye Gukora Ubukwe Na Chioma
Next article“Kazima Imana inkunda”