Umuririmvyi DJ Pro beshi bamumuenye kubw’indirimbo zitandukanye nka KATOTO arikumwe n’umuririmvyi Sat-B ndetse na Mkombozi agiye gusohora urukurikirane rw’indirimbo ivyo beshi bita EP ( Extended Play)
Twokwibutsa ko DJ Pro mur’iki gihe Ntakiri m’uburundi ariko aracokora umuziki nkuko benshi bibaza ko yoba yara hevye , iyi EP yayise ( LOve Story) izoba igizwe n’indirimbo 4 , zibiri murizo zaramaze gukorerwa amasanamu iyari mubudagi.


756860cookie-checkUmuririmvyi DJ Pro agiye gusohora EP igizwe n’indirimbo 4