Home NEWS Burundi : Igisata c’umuyagankuba kigiye gutunganywa gushasha.

Burundi : Igisata c’umuyagankuba kigiye gutunganywa gushasha.

244
0

Biri mucegeranyo co kuruyu wa 27 Nyakanga 2023,c’inama nshikiranganji. Intumbero ni guhamagarira abanya mitahe bipfuza gushira imitahe yabo mur’ico gisata.Bimwe mubiri murico cegeranyo ni:

Regiseo izokwirikiranira hafi ikoreshwa ry’umuyaga nkuba uhurira hamwe(réseaux interconnectés)

Regideso n’abikorera ivyabo bazokwubka ingomero bongere batange umuyaga nkuba.

Regideso na Aber:ishirahamwe rijejwe gutanga umuyaga nkuba mu gihugu hagati,izogurisha umuyaga nkuba kubawukeneye.

Aber izokwirikiranira hafi umuyaga nkuba udahurira hamwe na Regideso “réseau isolé”

Abikorera utwabo bipfuza gushira imitahe yabo mugisata c’umuyagankuba mugihugu hagati ,bazosaba uruhusha mubushikiranganji bubijejwe

Kworohereza abanya mitahe kugira bijukire igisata c’umuyaga nkuba

Gukingira abaguzi no kubatunganiriza,mugihe hari ivyononekaye bivuye kuri nyene kugurisha umuyaga nkuba.

71230cookie-checkBurundi : Igisata c’umuyagankuba kigiye gutunganywa gushasha.
Previous articleIbihere (Punaise de lit)birateye umutima uhagaze abanyagihugu
Next articleBurundi : ubwato MVGLC3 bwashikiye kukivuko ca Bujumbura