Mugitondo cokuruyu wa gatatu igenekerezo rya 31 Rusama 2023 niho Umuririmvyi B-face On The’flo yashika mu gihugu ca Australie aho yakiriwe n’abarundi basazwe baba murico gihugu bakaba bari bafise n’amadrapo y’igihucu c’Uburundi.
B-face On The’flo abicishije kuri Instagram yiwe washimiye cane kurukundo bamweretse mukumwakira neza ati : “Austarilie, merci pour votre précieux amour et votre accueil chaleureux. Faisons le lien le 2 juin 2023.
Assurez-vous d’aller chercher vos billets. Ne ratez pas.”
Tukwibutse ko B-face On The’floyafashe indege kuruyu wimana igenekerezo rya 28 Rusama 2023 aho azo teramisha abakunzi biwe mugiteramo kizoba itari 2.06.2023.



601200cookie-checkB-face On The’flo yakiriwe neza mu gihugu ca Australie