Icamamare cawe Yoya Jamal iyuma y’igihe kinini adasohora indirimbo ubu akaba yagarutse n’indirimbo yiwe nshasha yashimye kukuzanira video Lyrics y’indirimbo « NYAKABIGA » ifisema amasanamu yerekana igisagara ca nyakabiga Bujumbura .
Urashobora gufyonda play hama ntiwibagira kwandika akajambo akarikokose muri commentaire niyaza gusoma ama commentaire asome ivyo wamwandikiye.
Download | Yoya Jamal - Nyakabiga (Audio MP3) (630 downloads )Video : Harusi ya Msanii R Vicent na Aisha ya ibuwa gunzo | Aisha abarika Mziki wa Mume wake R Vicent
515680cookie-checkVIDEO LYRICS | Yoya Jamal – Nyakabiga | Download