Icamamare cawe Tigger Brizz ya garutse neza mu gutangura umwaka mushasha n’indirimbo “Baho” ifisema amasanamu meza cane naho audio yarimaze igihe isohotse.
Urashobora gufyonda play hama ntiwibagira kwandika akajambo akarikokose muri commentaire niyaza gusoma ama commentaire asome ivyo wamwandikiye.
Download | Tigger Brizz Baho (Audio MP3) (136 downloads )503400cookie-checkVIDEO NSHASHA | Tigger Brizz – Baho | Download