Home VIDEOS VIDEO NSHASHA | John Black – Ibishetani | Download

VIDEO NSHASHA | John Black – Ibishetani | Download

0
745

Icamamare cawe John Black yagarutse neza mu gutangura umwaka neza n’indirimbo nshasha inyuma yigihe gitari gito atagaragara mu muziki ndundi, ya kuzaniye « Ibishetani » ifise n’asanamu meza cane. John Black akaba yerekanye ko iyo ndirimbo itarekuriwe kurabwa n’unmwana atarakwiza imyaka 18.

Urashobora gufyonda  play hama ntiwibagira kwandika akajambo akarikokose muri commentaire  niyaza gusoma ama commentaire asome ivyo wamwandikiye

Download | John Black - Ibishetan (Audio MP3) (117 downloads )

 

49840cookie-checkVIDEO NSHASHA | John Black – Ibishetani | Download