Home VIDEOS VIDEO NSHASHA | Arnovic ft La Reine Gaga – Mon Pays |...

VIDEO NSHASHA | Arnovic ft La Reine Gaga – Mon Pays | Download

0
1024

Icamamarecawe Arnovic akunda kwiyita Nduwo Kumashuha yagarutse neza mugutangura umwaka neza n’indrimbo yo guhayagiza igihugu c’Uburundi, kabaya koranye n’umwigeme La Reine Gaga indirimbo yitwa “Mon Pays“.

Urashobora gufyonda  play hama ntiwibagira kwandika akajambo akarikokose muri commentaire  niyaza gusoma ama commentaire asome ivyo wamwandikiye.

Download | Arnovic ft La Reine Gaga -Mon Pays (Audio MP3) (281 downloads )
49530cookie-checkVIDEO NSHASHA | Arnovic ft La Reine Gaga – Mon Pays | Download