Umuririmvyi D One yavuzeko mu ntara ya Rumonge yahakunze aho yishimira kubaho mbere akana rongora ivyo akaba yabivuze mukiganiro yakoranye n’umumenyesha makuru Sule S Ndimu, murico kiganiro D One ya vuze ugukorana indirimbo na Social Mula umuhanzi wo Mu Rwanda carikimwe mu cifuzo ciwe kandi n’umuririmvyi akunda mu Rwanda.
446470cookie-checkVIDEO | D ONE AREMEJE KO AGIYE KUBA MU NTARA YA RUMONGE