Home IMYIDAGADURO Natacha asaba Abarundi gusengera Umuririmvyi Aimable TAYAYA.

Natacha asaba Abarundi gusengera Umuririmvyi Aimable TAYAYA.

0
386

Umwanditsi w’indirimbo  BIKORE DATA ariwe Aimable TAYAYA muriki gihe amagara yiwe ntameze neza kuko aragwariye akaba agwaiye  Kira Hospital, kuruyu w’agatanu igenekerezo rwa 16 Umuririmvyi kazi Natacha Burundi yari aramutse aja kumusuhuza no kumusengera.

Natacha abicishije kumbuga ngurukana bumenyi ziwe yerekanye amashusho arikumwe na Aimable Tayaya mu bitaro amusengera akaba yasavye ababishoboye bose ko bomufasha gusengera Aimable Tayaya kuko amagara aramukitse.

Natacha akaba ya natanze numero za téléphone kuwushaka kumenya uko yo fansha Aimable Tayaya ati: Naronse akanya keza ko kuja gusuhuza umuririmvyi Aimable TAYAYA vyukuri amagara aramukitse ariko twese hamwe tugiye hamwe tukamusengera ntankeka Imana Iramukiza Abipfuza kumusuhuza naho ari kuri Kira Hospital canke yakure kuri iyi numéro yiwe 68 57 82 82.
Twige gufashanya tukiriho ntiturindire gufasha abitahiye, ayo namajambo ya Natacha Burundi.

https://www.youtube.com/watch?v=N18Bg49X2tw

33730cookie-checkNatacha asaba Abarundi gusengera Umuririmvyi Aimable TAYAYA.

NO COMMENTS

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here