Home ZABUJA TV Lolilo ngo Alikiba nicuti yiwe

Lolilo ngo Alikiba nicuti yiwe

0
396

Lolilo n’umuririmvyi mu Burundi wonyene amaze gukorana indirimbo n’umuririmvyi Alikiba womugihuguca Tanzania, nkuko yabivuze mukiganiro yakoranye numumenyesha makuru akomeye Sule S NDIMU ngo bahuriye migiteramo baca barafundika gukora indirimbo yabo yambere iyo ndirimbo itigeze isohoka, ariko baca bakora iyindi Maneno Matamu  yasohete n’amasananamu , Lolilo yavuze ubucuti bafitaniye na Alikiba mbere aranavuga indirimbo shasha bagiye gusohora na Alikiba aho hasigaye gukora ama sananamu kuko amajwi yaraheze gukogwa.

kwirikirana ikiganiro cose aha …. ntiwibagire gusiga iciyumviro cawe muri commentaire

12020cookie-checkLolilo ngo Alikiba nicuti yiwe

NO COMMENTS

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here