18 janvier 2022 0 Freema Boy Asuka Mabisi Hagati Y’Umuririmvyi Big Fizo, Lolo na Sat B Par H. Mervis Nimurekurane murabe inyuma yanyu nimu bona yuko nNew Génération iguma iduza ama…
11 janvier 2022 0 Indirimbo Nshasha ya A-Flow Slim ngo izohindura vyishi kuriwe Par H. Mervis Umuririmvyi yakuzwe cane mumuziki ndundi kundirimbo yiwe La Number yaririmbiye Umuririmvyikazi Natacha Burundi aha benshi baciye bamenya uwariwe ni A-Flow…
10 janvier 2022 0 Frank Duniano Avuze Icatumye Ategura Mpaka Kuche Challenge Par KAMIKAZI Aba danseur keshi turabakoresha mumavideo no mubiteramo ariko usanga aribake kuko mu Burundi hari abatamba…
8 janvier 2022 0 Amajambo ya Big Fizzo mungushigikira Akes Don mukwerekana amafuti ya Sat B Par H. Mervis Uguterana amajambo nivyo biriko biragaragara kubaririmvyi bamwe babamwe muriki gihe biriko biragaragara kumbuga nkoranya bwenge zabamwe bamwe. Umuririmvyi Big Fizzo…
28 décembre 2021 0 Hak Jeezo: Sino Kora Video ya 300.000 fBu jewa Par Rossy NAHAYO Ntamuririmvyi numwe atifuza gukora video kuko video iratuma umuririmvyi ashika kure gusumba audio, umuririmvyi adakora video nawe biragoye kwa…
18 décembre 2021 0 Fany Lavine atera ivyatsi abivye Facebook yiwe Par Rossy NAHAYO Ndateye ivyatsi abantu barazwa insinga nogusambura abandi ndabace intege ko ataho bazoshika ahubwo igihano c’Imana kirabategereje vuba cane batihanye. Umukinyi…
17 décembre 2021 0 Natacha Burundi mwihiganwa Mashujaa Awards 2021 yo Mugihuga ca Kenya Par KAMIKAZI Inyuma yogutahukana agashimwe mwihiganwa Hipipo Awards 2021 yo mugihugu ca uganda, Umuririrmvyikazi Natacha Burundi numbunyene yashubiriye gutogwa mubazo higanigwa agashimwe…
16 décembre 2021 0 Hake Jeezo Ntiyashimwe kumenyesha Umuririmvyi Azogaragara Mundirimbo Yiwe Nshasha « REKA » Par KAMIKAZI Umuririmvti asazwe aririmba umudiho wa Hip hop mu burundi Hake Jeezo ngo ntariko ararota amenyesha umuririmvyi yakoranye collabo y’indirimbo yiwe…
15 décembre 2021 0 Ntagisivya N’unomusi kuwagatatu ndayibaha Par H. Mervis R Cedro umuririmvyi yaramaze umwaka urenga adasohora indrimbo nshasha yemeje neza ko unimusi kuwagatatu igenekenezo rya 15 kigarama 2021 yuko…
13 décembre 2021 0 Bongo: Christian Bella yashize ahabona EP Yiwe ‘Sweet Melody’ Par H. Mervis Muntumbero yoguheza umwaka wa 2021 umurirmvyi wo mugihugu ca Tanzania Christian Bella kuruwu wa mbere igenekerezo rwa 13 kigarama 2021…