19 janvier 2023 Non Drama T mu gahinda indirimbo yiwe Madamu ishobora gufutwa kuru buga rwa Youtube Par H. Mervis Indirimbo MADAMU y’umuririmvyi Drama T n’indirimbo yambere y’umwaka wa 2022 ariko irashobora gufutwa ku rubuga rwa Youtube nkuko biriko biragaragara…
18 janvier 2023 Non Tigger Brizz arahagaritse ibiteramo vyo mu Rumonge bamutumiramwo Par H. Mervis Kumvo yuko batumira abaririmvyi bavuye mu gisagara ca Bujumbura bakabaha amafaranga meshi gusumba abasangwa, ariko hageze mu biteramo akabasumvya kuryosha…
22 décembre 2022 0 Abaririmvyi ba barundi bareke kugara – King Baba Par H. Mervis Umwanditsi w’indirimbo ‘VIBE‘ indirimbo iriko irakora neza mur’ikigihe muri Buja fleva King Baba, King Baba akaba yemeje ko ari umwe…
21 décembre 2022 0 EP Doctor Of Love ya D-One Izosohoka kuruyu wa gatanu Par H. Mervis Kuncuro ya mbere umuririmvyi wo muri Iteka Music agiye gusohora EP yiwe ya mbere, iyo EP ikaba izoba yitwa ‘Doctor…
20 décembre 2022 0 Kirikou Akili – Erega umuntu aduzwa n’Imana Son of jah Par H. Mervis Umuririmvyo kirikou Akili yashimye kubwira abantu bafise imitima mibi badashaka kubona abandi batera imbere naho utera imbere bibazo ko aribo…
17 décembre 2022 0 Imyidogo ya Esther Nish kubarongoye Bukiv Lab Par H. Mervis Umuririmvyikazi Esther Nish ahejeje kwerekana ukwidogera abasaze ba murongoye muri Bukiv Lab mu kwerekana ko abasazwe barongoye abaririmvyi ni bo…
17 décembre 2022 0 Happy Birthday Pammy Queen Par H. Mervis Kuri uno musi wa gatandatu igenekerezo rya 17 Kigarama, Umuririmvyikazi Pammy Queen ari muvyishimo vyishi ahimbaza umusi mukuru w’amavuko yiwe…
16 décembre 2022 0 Natacha kuncuro ya mbere ateramisha abanya kigoma Par H. Mervis Umuririmvyikazi Natacha Burundi kuncuro yiwe yambere azoteranisha abanya kigoma aho ni mu gihugu ca tanzania kuruyu wagatandatu igenekerezo rya 17…
16 décembre 2022 Non Be Mine ya Wiz Desinger ft Double Jay Irikuri Boomplay Kuva uy’umusi Par H. Mervis Mugiheye abakunzi b’umuririmvyi Wiz Desinger bari barindiranye inyota indirmbo ‘Be Mine’, indirmbo ya mbere akoranye n’umuririmvyi aturuka mumugwi Bilimani boy…
16 décembre 2022 0 Listening party yiteguriwe neza mugukumira bamwe Par H. Mervis Nkuko vyagaragaye mumashosho Imyiteguro niyose kumuririmvyi Sat B aho afise ikirori gikomeye Listening party kikaza kubera kuri Hotel Kiriri Garden…