Accueil » Archives pour Rossy NAHAYO
28 décembre 2021
Par
Rossy NAHAYO
Ntamuririmvyi numwe atifuza gukora video kuko video iratuma umuririmvyi ashika kure gusumba audio, umuririmvyi adakora video nawe biragoye kwa…
18 décembre 2021
Par
Rossy NAHAYO
Ndateye ivyatsi abantu barazwa insinga nogusambura abandi ndabace intege ko ataho bazoshika ahubwo igihano c’Imana kirabategereje vuba cane batihanye. Umukinyi…
13 décembre 2021
Par
Rossy NAHAYO
Umuririmvyi Nassor Nzeyimana azikwizina rya Lolilo yashize kumugaragaro inrimbo yakoranye na Alikiba wo mugihugu ca Tanzania, indirimbo MIRROR yari irindiranywe…
12 décembre 2021
Par
Rossy NAHAYO
Umuririmvyi Mt number One yashimiye abantu bose bagize uruhara kugira indirimbo yiwe Yasa N’irirenga ishike kuntabwe idasazwe mumuziki ndundi mukugira…
27 novembre 2021
Par
Rossy NAHAYO
Umugwi P-Square ugizwe namahasa Peter Okoye na Paul Okoye inyuma yo kwiyunga kwisabukuru yabo batangaje ko bagiye gukora igiteramo bise…
25 novembre 2021
Par
Rossy NAHAYO
Ugufashanya nico camye kiranga basokuru naba sokuruza, Venant NIYONKURU avuka muntara ya Kayanza , imyaka ibiri iramugukwira agize isanganya agozwe…
25 novembre 2021
Par
Rossy NAHAYO
Nukuruwu waka gatatu igenekerezo rya 24 Nyakanga 2021 niho Mmuririmvyi Metou Brown yashira kumugaragaro indirimbo zitatu ziri muri EP yiwe…
24 novembre 2021
Par
Rossy NAHAYO
Umuririmvyi Cutiyabose Super Huff yakuriye inkoni kugishitse abantu bamaze imisi bibaze ko yahevyo kuririmba mukwemera ko vuba mumpera zuyu mwaka…
23 novembre 2021
Par
Rossy NAHAYO
Umurirmvyi Moïse Butoyi beshi bamuzi kwizina MB Data yashize kumugaragara indrimbo yiwe shasha « Banryayera » ifise namasanamu, ugwanko niyo amajambo agaragaramwo.…