Film East African love igiye gusohoka

Film East African love igiye gusohoka

25 novembre 2022 0 Par H. Mervis
East African love nizina ry’ireresi film igiye gusoho vuba yakinywe n’umukinyi w’amarersi akabandetse ari umuririmvyi avuka muntara ya Kayanza Abel NDUWAYO, arimwo n’ibindi vyamamare muma seresi ndundi.
Nkuko biriko biragaragara kumbuga ngurukana bumenyi zitandujkanye mu Burundi, beshi bererekana neza ko banyotewe kubona iyo flme East African love.
Facebook Comments Box
42940cookie-checkFilm East African love igiye gusohoka