INKURU ISHUSHE : Ngiyi itariki yavukiyeko Vyan Muziki

INKURU ISHUSHE : Ngiyi itariki yavukiyeko Vyan Muziki

29 mars 2022 0 Par KAMIKAZI

Kuruyu wakabiri igenekerezo rya 29 Ntwarante umuririmvyi Yvan Muziki ari muvyishimwo bikomeye kuko niyo tariki yavukiye, Yvan Musiki abichishije kumbuga ziwe yashimiye cane imana kubona yamwongeye uyundi mwaka ababa y’anditse ati : merci baba 🙏🏽Seigneur pour une année de plus merci à tous ceux qui m’ont souhaité un joyeux anniversaire que Dieu vous bénisse❤️😎.

Tukwibutse ko Yvan Muziki murikigihe abarizwa mugihugu ca Belgique aho asazwe arangurirra ibikogwa vyiwe aho  ninyuma yukuva mugihugu c’urwanda aho yakoze indirimbo zitandukanye, murikigihe akaba abandanya kwamamaza indirimbo yiwe Itireti yakoranye na Bushali ikaba imaze ukwezi kurenga isohotseikaba imaze kurabwa nabantu barenga 100.000 kuri youtube.

Facebook Comments Box
22070cookie-checkINKURU ISHUSHE : Ngiyi itariki yavukiyeko Vyan Muziki