Mu Burndi biragoye cane kumenya abaririmvyi bakomakomeye umugwi y’umupira wamaguru bakunda nyaburya tufise imigwi myishi y’umupira wamaguri , ahanini abaririmvyi ntibagaragara umugwi bafana eka bikaca bigaruka no kubakinyi bumupira nabonyene biragoye kwemeza umuririmvyi akunda, ariko umuririmvyi Double Jay asenzwe ari mumugwi Bilimani Boye wewe suko ameze kuko yerekanye neza naneza umugwi ashigikira mucicaro cambere kuruwu wimana ahoya bigaragaje kuri instastory wize ya instagram mugushirako ifoto na video yaba kunzi bumugwi MUSONGATI FC nokwandika ati : Musongati FC MY team nkunda nkunda nkunda

 

Double jay yari yaduze gushigikira umugwi wiwe ao Musongati FcC wakina na Le Messager Ngozi aho Musongati FC watsinze 2 – 0 bwa Le Messager Ngozi, urukino gwabaye kuru wimana.

 

Facebook Comments Box
14000cookie-checkDouble Jay Agaragaza Umugwi w’umupira wa maguru Akunda Mucicaro Cambere Primus Ligue

Laisser un commentaire

Votre adresse e-mail ne sera pas publiée. Les champs obligatoires sont indiqués avec *